1 line
383 B
Plaintext
1 line
383 B
Plaintext
\v 13 Malaika wa gatandatu yapikire ingunga. Hija ijwi riturukire mu pembe zine z'igitwikiro c'izahabu kiri imbere y'Imana. \v 14 Kandi ijwi ryabwirire malaika wa gatandatu wari afite ingunga ngo : "fungura. Malaika bane bafungiwe k'umugezi munini gwa Efurata. \v 15 Nuko bamalaika bane bari bayipangire ku saha, umusi, ukwezi n'umwaka, barekwiwe ngo bite kimwe ca gashatu c'abandu. |