2019-08-11 02:04:54 +00:00
|
|
|
\v 13 Malaika wa gatandatu yapikire ingunga. Hija ijwi riturukire mu pembe zine z'igitwikiro c'izahabu kiri imbere y'Imana. \v 14 Kandi ijwi ryabwirire malaika wa gatandatu wari afite ingunga ngo : "fungura. Malaika bane bafungiwe k'umugezi munini gwa Efurata. \v 15 Nuko bamalaika bane bari bayipangire ku saha, umusi, ukwezi n'umwaka, barekwiwe ngo bite kimwe ca gashatu c'abandu.
|