auto save

This commit is contained in:
DRC137&121 2019-08-14 18:46:12 -04:00 committed by root
parent 859d3ea7c3
commit 0a784b8fc3
1 changed files with 1 additions and 1 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\v 19 Ariko bizaba ingorane kubafite inda n'abari konsa muri ico gihe. \v 20 Musenge kugira ngo guhunga kwanyu bitazaba igihe c'imbeho cangwa igihe c'isabato. Kubera hazabaho amateso menshi gatari gabaho kuva isi yaremwa kugeza buno, ntanubwo gazabaho narimwe. Iyaba iyi misi y'amateso itagabanyijwe, ntanumwe warokoka, ariko ago mateso gazagabanywa kubera abarobanuwe n'Imana.
\v 19 Ariko bikazambire abagore bahekire inda n'abari konza ico gihe. \v20 Musabe re kugira ngo guhunga kwanyu bitazaba igihe c'imbeho cangwa igihe c'isabato. \v21 Kubera hazabaho amateso menshi gatari gabaho kuva isi yaremwa kugeza buno, ntanubwo gazabaho narimwe. \v22 Iyaba iyi misi y'amateso itagabanyijwe, ntanumwe warokoka, ariko ago mateso gazagabanywa kubera abarobanuwe n'Imana.