auto save
This commit is contained in:
parent
89e678e1b7
commit
859d3ea7c3
|
@ -1 +1 @@
|
|||
\v 19 Ariko bizaba ingorane kubafite inda n'abari konsa muri ico gihe. Musenge kugira ngo guhunga kwanyu bitazaba igihe c'imbeho cangwa igihe c'isabato. Kubera hazabaho amateso menshi gatari gabaho kuva isi yaremwa kugeza buno, ntanubwo gazabaho narimwe. Iyaba iyi misi y'amateso itagabanyijwe, ntanumwe warokoka, ariko ago mateso gazagabanywa kubera abarobanuwe n'Imana.
|
||||
\v 19 Ariko bizaba ingorane kubafite inda n'abari konsa muri ico gihe. \v 20 Musenge kugira ngo guhunga kwanyu bitazaba igihe c'imbeho cangwa igihe c'isabato. Kubera hazabaho amateso menshi gatari gabaho kuva isi yaremwa kugeza buno, ntanubwo gazabaho narimwe. Iyaba iyi misi y'amateso itagabanyijwe, ntanumwe warokoka, ariko ago mateso gazagabanywa kubera abarobanuwe n'Imana.
|
Loading…
Reference in New Issue