suj_jhn_text_reg/06/13.txt

1 line
341 B
Plaintext

\v 13 Barabitororokanya buzuza ibisimbo chumiria bibili vyibimanyu bitanu vyaya mikate yisayiri- ibimanyu vyasigawe na badya bariye. \v 14 Hanyuma abantu babonye icho kinyecho yakoze baravuga, "Kweli uyu niwe muvugishwa yaje mwisi." \v 15 Yesu amenye yuko bagira baze kumufata kugira bamugire umwami wabo, asubira kumusozi ari wenyene gusa.