suj_jhn_text_reg/09/26.txt

1 line
383 B
Plaintext

\v 26 Niho yamubwila, "Yakukoze ibiki? Yuguluye gute amaso yiwe?" \v 27 Alishula, "Ndamaze kubabwila neza, namwe ntimwa nyumvishije! None mgomba kumviliza kandi? Namwe ntimushaka kuba abigishwa biwe kandi sivyene. \v 28 Bala mutuche bavuga wewe ulumwigishwa wiwe, aliko twebwe tulabigishwa ba Musa. \v 29 Tulamenya yuko Imana yalavuze na Musa aliko kuluyumuntu, ntimenya haliya yava.