suj_jhn_text_reg/09/16.txt

1 line
485 B
Plaintext

\v 16 Muli bamwe baba Falisayo balavuga, "Umuntu nkuyu ntalave kumana yo kubela ntafata Isabato, "Abandabala vuze, "Bishoboka gute umuntu wichaha kukola ibiboneka nkivyo?" No kubela bilaba bigaba nyiche kuli bene. \v 17 Niho bamubaza yudya kipofu kandi, "Uvuga gute hejulu yiwe kubela yuguluye ama soyawe? Impumyi chile vuga numuvugishwa. \v 18 Kandi umwanya nkugu abayahudi ntiba mwizeye yuko yalimpumyi nawe na lose kuleba kugela ahoba hamagala abavyeyi biwe wenyene boyalose kuleba.