\v 28 Baramubwira, "Tugire tute ngo tukore ibikogwa vyi Mana?" \v 29 Yesu arishura, "Ikinicho kikogwa chi Mana ngo mumwizere wene woyatumye."