suj_jhn_text_reg/05/30.txt

1 line
353 B
Plaintext

\v 30 Sinshobola kukola ikitu chochose kuva kuli jewe nyene. Nkuko mumva inko na halubanza mulubanza gwanje nugwukuli kuko sindondela ulukundo gwanje ahubwo nulukundo gudya yantumye. \v 31 Nimba nishuhudie jewe nyene, ubushuhuda bwanje ntibo baye bwukuli. \v 32 Haliho nyundi yishuhudia kukubela jewe kandi menya akuli kubushuhuda bwashuhudia mubwukuli.