\v 24 Daha, kidya chowampaye jewe, ndashaka kubela none kandi bashobola kuwa hamwe nje ahantu hondi kugila bashobole kubona ubwela bwanje budya bwo wa mpaye kubela wewe wankunze jewe, bitalabe vyokule mwakuntango yomwisi.