\v 3 Iwe numulinzi womudyako alamwingila intama bumvishi isauti alabaha mangala intama ziwe na amazi na yabo no kubasohola hanze. \v 4 Amaze kubasohola hanze ababokwiwe abaja abaja imbele ni ntama zilamukwilikila kukubela balamenya inji dyiwe.