\v 24 Nimwizele, nimwizele udya yumva ijambo dyanje nukwemela udya yantumye alafise ubuzima budahela kandi ntazochibwa ulubanza inyuma yaho, achiye kuva mulupfu no kwinjila mubuzima.