2022-08-12 16:08:17 +00:00
|
|
|
\v 3 Yesu yalamenye yuko sewiwe yasize ibintu vyose mukuboko kwiwe nuko Kumana yaliko alagenda kumana. \v 4 Yavuye kuvyo kudya alasasa hasi impuzu yiwe yahanze. Hanyuma yatwaye itaulo no kwihambi mbila wene. \v 5 Hanyuma ashila amazi mwibakuli acha abanza kuboza amagulu abanafunzi biwe no kubakulikila mitaulo aliyo yihambiliye wene nyene.
|