1 line
447 B
Plaintext
1 line
447 B
Plaintext
\v 9 Afungwiye ikimenyesto ca gatanu , nabwenye musi y'igitwikiro, imyuka zafungirwe kubera gutangaza Igambo ry'Imana. \v 10 Bari barigutaka n'ijwi rireyi ngo: kugeza ryari Mwami Utungenye kandi wa kweli, ukatinde gutsindisa, no guhorera amaraso getu ku batuye mu si ? \v 11 Iropo ry'umweru ryahewe buri umwe muri bo, kandi nabwiwe ngo baruhuke mu misi mikeya, kugez' aho umubare gukujwire gw'abakozi bira bebo n'abavukanyi bayitirwe kimwe nabo . |