1 line
374 B
Plaintext
1 line
374 B
Plaintext
\v 9 Bakatarame bazure mu si yose no kuzungurka inkambi y'ingabo z'intungane n'umugi gukunzwe cane, Yerusalemu. Ariko umuriro gukateremuka guvuye mu juru, maze gubamire. \v 10 Kandi wa mushukanyi, wabahabyaga, akatererwe mu ngezi irikugurumire umuriro n'amazuku. Umwo nimo ca gisimba na wa muhanuzi w'umubeshi hakabe bari. Kandi bakababarizwe umwo imyaka amagana n'amagana. |