1 line
424 B
Plaintext
1 line
424 B
Plaintext
\v 1 Hanyuma, nabwenye malaika agogoma aturutse mu juru afite urufunguzo rw'ikuzimu n'umunyororo munini mu ntoke ze, \v 2 Nuko afata ca kiyoka, inzoka ya kera ari yo Satani umwanzi, arakiboha imyaka igihumbi. \v 3 Akijugunya muri ca cobo, arapfundikira, ashiraho ikimenyetso k'umunwa wico cobo hejuru yaco, kugira ngo cere kongera guhabya amahanga, kugeza imyaka igihumbi zirangiriye. Nyuma yaho, kikafungurwe igihe gitoya. |