1 line
329 B
Plaintext
1 line
329 B
Plaintext
\v 8 Igisimba co nabwenye cari kiriho, ariko ndo kikiriho. Kigomba gutarama giturukire ikuzimu kijire kurimbuka. Kandi abatuye ku si, ab'izina ryebo ritapimye kwandikwa mu gitabo c'ubuzima kuva urufatiro rw'isi rutararemwa, batangezwe no kubona igisimba, kubera ko cariho ariko kikaba kitakiriho, kandi ko ndo kikongere kuboneka. |