Nenda ako gatabo, nuko ndakamira, mu kanwa kanje kari karyohoreye nkl'ubuki,ariko munda huzuramo ubusharire. Hanyuma barambwira ngo :" birakwiriye ko wongera guhnurira abantu kangari, amahanga, indimi n'abami, amoko menshi.