1 line
396 B
Plaintext
1 line
396 B
Plaintext
\v 15 Kandi cahewe guha iyo sura y'igisimba kugira ngo rigambe no kugira ngo abatararamije isura y'ico gisimba bitwe.\v 16 Nuko gikora k'uburyo bwoshe, abakuru n'abatoto, abakire n'abakene, abantu batari mu prizo cangwa imbata, bahewe ikimenyetso ku kiganza cangwa ku mbanga.\v 17 No kuba nda washoboraga kugura cangwa kugurisha nda kashe cangwa izina ry'igisimba cangwa umubare gw'izina ryeco. |