1 line
341 B
Plaintext
1 line
341 B
Plaintext
\v 10 Zari zifite imirizo imeze nka za sikoropio n'imburi, kandi muri izo mirizo hari harimo ingufu zo kubabaza abantu mu igihe c'amezi atanu. \v 11 Zari zifite umwami wazo, malaika w'ikuzimu, witwa "abbadoni" mu ruheburayo cangwa appolioni mu rugiriki.\v 12 Icago ca mbere kimaze gutambuka dore haje kandi ibindi ibyago bibiri nyuma y'ico. |