rw-x-kinyabwisha_rev_text_reg/13/03.txt

1 line
290 B
Plaintext

\v 3 Nabonye umwe mu mitwe usana n'uwakomeretse bwo gupfa. Ariko igisebe caco kirakira. Isi yose irumirwa, maze abantu baja inyuma y'ico gisimba. \v 4 Ico kiyoka kubera ko cari cahaye ubutware ico gisimba, barakiramya bari kugamba ngo : " Ninde usana n'igisimba; ninde ushobora kukirwanya ?