1 line
390 B
Plaintext
1 line
390 B
Plaintext
\v 13 \v 15 Malaika wa gatandatu avuza urumbeti. Maze numva ijwi riri kuva mu imfuruka ine za rutari y'izahabu iri imbere y'Imana. \v 14 Kandi ijwi ribwira malaika wa gatandatu wari afite urumbeti ngo : "fungura abamalaika bane bafungiwe k'uruzi runini rwa Efurata. Nuko aba bamalaika bane bari biteguye ku isaha, umusi, ukwezi n'umwaka, bararekurwa kugirango bice kimwe ca gatatu c'abantu. |