\v 11 Kandi ico gisimba cari kiriho, ariko kikaba kitakiriho, nico mwami wa munane, kandi kirikubarwa hamwe na babandi barindwi kandi kiri hafi yo kurimbuka.