\v 10 Kandi arambira ngo: Were guhira ikimenyetso kuri yino mburo kubera ko igihe kiri hafi co gushohweza buno butumwa.\v 11 Ukoraga bibi agumye kubikora, uwandwiye agumye gucafuka, indugane zigumye gutungana, kandi uboneye agumye kubonera.