1 line
340 B
Plaintext
1 line
340 B
Plaintext
\v 13 Igihe ico kiyoka cabwenye ko giterirwe ku si, cakurikiye wa mugore wari amarire kuzara umwana w'umuhungu. \v 14 Kandi Imana yaheye uwo mugore amababa abiri ga ca kinyoni kinini kugira ngo aguruke agende m'ubutayu, iyo akahabwe ibiryo igihe, na kimwe ca kabiri c'igihe, kure y'amiso ga ya drago, aho ico kiyoka kidashobweye kumugeraho. |