rw-x-kinyabwisha_rev_text_reg/12/13.txt

1 line
343 B
Plaintext

\v 13 Igihe ico kiyoka cabwenye ko giterirwe ku si, cakurikiye wa mugore wabaga amarire kuzara umwana w'umuhungu.\v 14 Kandi Imana yaheye uwo mugore amababa gabiri ga ca kinyoni kinini kugira ngo aguruke agende m'ubutayu, iyo akahabwe ibiryo igihe, na kimwe ca kabiri c'igihe, kure y'amesho ga ya drago, aho ico kiyoka kidashobweye kumuhikaho.