1 line
444 B
Plaintext
1 line
444 B
Plaintext
\v 9 Afungwiye ikimenyero ca gatanu, nabwenye musi y'igitwikiro, imyuka zafungirwe kubera gutangaza Igambo ry'Imana. \v 10 Bari barigutaka n'ijwi rireyi ngo: Kugeza ryari Mwami Utungenye kandi wa kweli, ukatinde gutsindisa, no guhorera amaraso getu ku batuye mu si ? \v 11 Iropo ry'umweru ryahewe buri umwe mu bo, kandi nabwiwe ngo baruhuke mu misi minnyori, kugez'aho umubare gukujwire gw'abakozi bira bebo n'abavukanyi bayitirwe kimwe nabo . |