1 line
424 B
Plaintext
1 line
424 B
Plaintext
\v 11 Narindi kureba , nuko numva amajwi g'abamalaika akangari bazungurutse intebe y'ubwami Bari imamiliyoni , na ag'ibinyabuzima na g'abakambwe badashobwewe kubarwanira barikutirimba mu jwi rireyi ngo: ubutunzi , n'ubwenge , icubahiro , guhimbazwa , n'ishimwe . \v 12 Bagambaga n' ijwi rireyi ngo : Umwana w'intama watambwe niwe ukwiriye guhabwa ubutware , ingufu , ubukire, n'ubwenge , icubahiro , guhimbazwa , n'ishimwe . |