1 line
430 B
Plaintext
1 line
430 B
Plaintext
\v 3 Nta numwe wo mu juru , cangwa wo mu sii cangwa uwo mu kuzimu washobweye gufungura ico gitabo cangwa kukireba mo.\v 4 Nuko ndarira cane kubera ko ntanumwe wabonetse ukwiriye gufungura ico gitabo cangwa ngo akirebemo .\v 5 Nuko umwe muri ba bakambwe arambwira ngo : were kongera kurira , reba intare yo mu muryango gwa Yuda , kandi wo mu gitsitsi ca Dawidi , yaratsinze kugira ngo ufungure ca gitabo n'amakashe gaco garindwi . |