1 line
409 B
Plaintext
1 line
409 B
Plaintext
\v 12 Amahembe cumi wabwenye, n'abami cumi batari bahabwa ubwami, ariko bahewe ubutware k'ubwami mu gihe c'isaha imwe hamwe na ca gisimba. \v 13 Bafite umupango gumwe kandi bakahe ingufu zebo n'ubutware bwebo ico gisimba.\v 14 Bakarwanye Umwana w'indama, ariko Umwana w'indama akabatsinde, kuko ari Umutware w'abatware n'Umwami w'abami. Abahamagewe, abacagwiwe n'abizerire bari hamwe nawe nabo bakabatsinde. |