1 line
338 B
Plaintext
1 line
338 B
Plaintext
\v 8 Igisimba co nabwenye cari kiriho, ariko ndo kikiriho. Kigombire gutarama giturukire ikuzimu kijire kurimbuka. Kandi abatuye ku si, abo izina ryebo ritapimye kwandikwa mu gitabo c'ubuzima kuva urufatiro rw'isi rutari rwaremwa, batangezwe no kubona igisimba, kubera ko cari kiriho ariko kikaba kitakiriho, kandi ko ndo kikaboneke tena. |