1 line
360 B
Plaintext
1 line
360 B
Plaintext
Ikindi kimenyetso congera kuboneka mu ijuru; dore, cari ikiyoka c'urutuku, gifite ibihanga birindwin'amahembe icumi, no ku mitwe amakamba. Umurizo gwaco gukuirura kimwe ca gatatu c'inyenyeri zo mu ijuru, maze kizijugunya (Kabura,kiziroha) kw'isi. Ico kiyoka cari gihagaze imbere y'uwo mugore wari ugiye kubyara, kugirango giconcomere umwana we, namara kubyara. |