2 lines
328 B
Plaintext
2 lines
328 B
Plaintext
\v 19 Wandike rero bino bindu byo ubwenye, n'ibiriho, n'ibikayije hanyuma yebyo. \v 20 Kandi wandike ibikabeho mu gihe c'ejo. Isiri y'inyenyeri zirindwi zo wabwenye
|
|
m'u kuboko kwanje k'uburyo, n'ibitereko birindwi by'izahabu, inyenyeri zirindwi na malaika b'amakanisa barindwi. Kandi ibitereko birindwi ni amakanisa garindwi. |