1 line
314 B
Plaintext
1 line
314 B
Plaintext
\v 1 Malaika wa gatanu avuza urumbeti. Mbona ya nyenyeri yaguye kw'isi iturutse mu ijuru. Ahabwa urufunguzo rw'icobo c'ikuzimu. Nuko akingura ico cobo c'ikuzimu. \v 2 Muri ico cobo havamo umwotsi, gumeze nkugw'igishito gikomeye c'itanura. izuba n'umwuka bihinduka umwijima kubera ugwo mwotsi gwavaga muri ico cobo. |