1 line
304 B
Plaintext
1 line
304 B
Plaintext
\v 3 Nabwenye umwe mu mitwe gusana n'ugwakomeretse cane byo gupfa. Ariko igisebe caco kirakira. Isi yose iratangara, maze abantu bagenda hanyuma y'ico gisimba. \v 4 Ico kiyoka kubera ko cari cahaye ubutware ico gisimba, barakiramya bari kugamba ngo : " Ni nde usana n'igisimba; ni nde wopima kukirwanya ? |