1 line
352 B
Plaintext
1 line
352 B
Plaintext
\v 10 Malaika wa gatatu, apika ingunga. Inyenyeri yakaga umuriro nk'igikongi iragwa iturutse mu juru, maze igwa kuri kimwe ca gatatu c'ingezi, n'imigezi n'amasoko g'amazi.\v 11 Izina ry'iyo nyenyeri ni Abisinte (umuharavumba); nuko na kimwe ca gatatu c'amazi naco gihinduka umuharavumba maze abantu barapfa, bazize amazi kuko gari gahindutse umushari. |