rw-x-kinyabwisha_rev_text_reg/12/07.txt

1 line
371 B
Plaintext

\v 7 Maze habayeho indwano mu juru.Mikaele na malaika be barwanyize ico kiyoka. Nuko ico kiyoka na malaika baco barwanye. \v 8 Ariko ndo batsindire, kandi Imana ndo yabemereye tena kubera mu juru. \v 9 Nuko ico kiyoka kinini ariyo njoka yo hakera, izina ryeyo ni umushukanyi na shetani, cakindi cahabize isi yoshe, caterirwe ku si, na malaika beco bagogomezwe hamwe naco.