\v 3 Muri ugo mwotsi haviyemo ibihadara, bikwiye ku si, kandi byahewe ingufu ng'izi isikoropio zo ku si. \v 4 Zabwiwe ngo zere kubabaza ibimera, ibyatsi cangwa igiti icarico coshe, keretse abandu badafite ikimenyero c'Imana ku mbanga zebo.