1 line
429 B
Plaintext
1 line
429 B
Plaintext
\v 3 Nda numwe wo mu juru, cangwa wo mu si cangwa uwo mu kuzimu washobweye gufungura ico gitabo cangwa kukireba mo.\v 4 Nuko narize cane kubera ko nda n'umwe wabonekire ukwiriye gufungura ico gitabo cangwa ngo akirebemo .\v 5 Nuko umwe muri ba bakambwe arambwira ngo : were kongera kurira, reba indare yo mu muryango gwa Yuda , kandi wo mu gitsitsi ca Dawidi, yatsindire kugira ngo ufungwire ca gitabo n'amakashe gaco garindwi . |