1 line
364 B
Plaintext
1 line
364 B
Plaintext
\v 10 Malaika wa gatatu, avuza urumbeti. Maze inyenyeri yakaga umuriro nk'igikongi, iragwa ivuye mu ijuru, maze igwa kuri kimwe ca gatatu c'inzuzi, n'imigezi n'amasoko y'amazi.\v 11 Izina ry'iyo nyenyeri ni Abisinte (umuharavumba); nuko na kimwe ca gatatu c'amazi naco gihinduka umuharavumba maze abantu barapfa, bazize amazi kuko yari yahindutse kuba ubusharire. |