1 line
357 B
Plaintext
1 line
357 B
Plaintext
\v 10 Were gutinya ibyenda kukubabaza . Reba, shetani yenda gushirisha bamwe muri mwewe mu pirizo kugira ngo mugeragezwe. Kandi mukamare imisi cumi muri mu mateso. Ariko ukabe indugane kugeza gupfa, nanje ngamuhe ipete ry'ubuzima .\v 11 Ufite amatwi gumvaga neza yumve ibyo Umuka gurikubwira amakanisa. Ukatsinde ndo akateseke igihe c'urupfu rwa kabiri . |