1 line
331 B
Plaintext
1 line
331 B
Plaintext
\v 13 Igihe ico kiyoka kibonye ko cajugunywe kw'isi, gikurikira wa mugore wari amaze kubyara umwana w'umuhungu. \v 14 Kandi Imana iha amababa abiri ya ca gisiga kinini uwo mugore kugirango aguruke aje m'ubutayu, ha handi azagaburirwa igihe, na kimwe ca kabiri c'igihe, kure y'amaso y'inzoka, aho ico kiyoka kidashobora kumushikira. |