1 line
285 B
Plaintext
1 line
285 B
Plaintext
\v 8 Umumalaika wa kabiri apika ingunga. Nuko ikintu gisana n'umusozi munini kirikwakamo umuriro caterewe mu ingezi. Kimwe ca gatatu c'ingezi gihinduka amaraso.\v 9 Nuko kimwe ca gatatu c'ibyaremwe biri mu ngezi, byari bifite ubuzima birapfa, na kimwe ca gatatu c'ubwato burarimbuka. |