1 line
372 B
Plaintext
1 line
372 B
Plaintext
\v 7 Maze habayeho indwano mu juru. Mikaile n'abamalaika be barwanya ico kiyoka. Nuko ico kiyoka n'abamalaika baco bararwana. \v 8 Ariko ntaho batsinze kandi icicaro cabo ntaho congeye kuboneka mu juru. \v 9 Nuko ico kiyoka kinini ariyo nzoka yo ha kera, yitwa umushukanyi na Shetani, yayindi yayobeje isi yose, kijugunywa ku si, n'abamalaika baco bajugunywa hamwe naco. |