1 line
421 B
Plaintext
1 line
421 B
Plaintext
\v 9 Hanyuma y'ibyo , nabonye abantu benshi bo umuntu atashobora kubera , go mu mahanga gose , n'imiryango , n'ubwoko bwose , no mu ndimi zose , bari bahagaraye imbere ya ya ntebe y'ubwami , n'imbere y' Umwana w' Intama bambaye amaropo gumweru , kandi bari bafashe amashami y'imikindo mu ntoke zabo .\v 10 Baribari kugamba mu jwi rinini ririkurenga ngo : agakiza n' ak' Imana Yacu yicaye ku ntebe n'ak'Umwana w' Intama . |