\v 3 Muri ugwo mwotsi havuyemo inzige, zikwira ku si; kandi zahewe ubushobozi nk'ubwa sikoropio zo ku si.\v 4 Zabwiwe ngo zere kubabaza ibimera,ibyatsi cangwa igiti icarico cose, keretse abantu badafite ikimenyetso c'Imana ku mpanga zabo.