1 line
319 B
Plaintext
1 line
319 B
Plaintext
\v 1 Malaika wa gatanu apika ingunga. Nabwenye ya nyenyeri yaguye ku si iturutse mu iuru. Yahewe urufunguzo rw'icobo c'ikuzimu. Nuko akingura ico cobo c'ikuzimu. \v 2 Muri ico cobo havuyemo umwotsi, gumeze nkugw'igishito gikomeye c'ifuru. Izuba n'ikirere byabeye umuyobe kubera ugwo mwotsi gwari gurikuva muri ico cobo. |