1 line
347 B
Plaintext
1 line
347 B
Plaintext
\v 13 Igihe ico kiyoka cabwenye ko cajugunywe ku si, gikurikira wa mugore wari amarire kubyara umwana w'umuhungu. \v 14 Kandi Imana yamuheye amababa abiri ya ca kinyoni kinini uwo mugore kugira ngo aguruke agende m'ubutayu, ha handi akahabwe ibiryo igihe, na kimwe ca kabiri c'igihe, kure y'amaso g'inzoka, aho ico kiyoka kidashobweye kumushikira. |