|
\v 3Nuko afunguye ikimenyetso c'ikashe ca kabiri ,numva ikinyabuzima ca kabiri kirikugamba ngo : ngwino . \v 4Maze hasohoka iyindi farasi , y'urutuku cane , uwari ayicayeho , ahabwa gukuraho amahoro musi , kugira ngo abantu bamarane bamwe ku bandi , kandi ahabwa inkota nini . |