rw-x-kinyabwisha_rev_text_reg/12/03.txt

1 line
383 B
Plaintext

\v 3 Ikindi kimenyetso congera kuboneka mu ijuru; reba, cari kiri ikiyoka c'urutuku, gifite ibihanga birindwi n'amahembe icumi, no ku mitwe amashapo g'icubahiro. \v 4 Umurizo gwaco gwakururaga kimwe ca gatatu c'inyenyeri zo mu ijuru, kizijugunya (kiziroha) kw'isi. Ico kiyoka cari gihagaze imbere y'uwo mugore wari ugiye kubyara, kurindiriye kumira bunguri umwana we, namara kubyara.